Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka, Ivyakozwe 5:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Petero n’izindi ntumwa bishura bati: «Dutegerezwa kugamburukira* Imana aho kugamburukira abantu+.
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,