ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ubwo nyene Musa aca aramvura ukuboko kwiwe akwerekeza mw’ijuru, umwijima w’umuzitanya uca umara imisi itatu utwikiriye igihugu cose ca Misiri+.

  • Yesaya 5:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Kuri uwo musi, bazotontomera kuri co

      nk’ugutontoma kw’ikiyaga+.

      Uwuzokwitegereza igihugu wese azobona umwiza uteye agahinda.

      N’umuco uzohinduka umwiza kubera ibicu+.

  • Amosi 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Kuri uwo musi,

      nzotuma izuba rirenga ku mutaga,

      kandi nzotuma igihugu gicika umwiza izuba riva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika