ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 23:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Maze Balamu avuga ati+:

      «Balaki umwami wa Mowabu yankuye i Aramu+,

      mu misozi yo mu buseruko, maze ambwira ati:

      “Ingo umvumire Yakobo.

      Emwe, ingo untukire Isirayeli+.”

       8 Nokwubahuka gute kuvuma abo Imana itavumye?

      Nokwubahuka gute gutuka abo Yehova atatutse+?

  • Guharura 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Balaki aca ashavurira cane Balamu, akubita urushi ku rundi maze amubwira ati: «Naguhamagaye ngo umvumire abansi banje+, ariko raba wishinze kubahezagira izi ncuro zitatu zose.

  • Ivyahishuwe 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ariko hariho ibintu bikeyi ndakunegura: iwawe hariho abakurikira inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ ingene yotsitaza Abisirayeli, kugira barye ivyashikaniwe ibigirwamana bongere bakore ubusambanyi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika