Abalewi 26:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 nzobaha imvura ku gihe cayo+. Isi izokwimbuka+ kandi ibiti vyo mu mirima bizokwama ivyamwa. Gusubira mu vyagezwe 28:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Abana banyu*, umwimbu wanyu, uruvyaro rw’ibitungwa vyanyu, imitavu y’inka zanyu n’imyagazi y’intama zanyu bizohezagirwa+. Yesaya 30:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Azotanga imvura ivomere imbuto wateye mu murima+, kandi ivyo kurya isi izokwimbuka bizoba ari vyinshi kandi vyizavyiza*+. Ico gihe, ibitungwa vyawe bizorisha mu matongo yagutse yo kuragiramwo+.
4 Abana banyu*, umwimbu wanyu, uruvyaro rw’ibitungwa vyanyu, imitavu y’inka zanyu n’imyagazi y’intama zanyu bizohezagirwa+.
23 Azotanga imvura ivomere imbuto wateye mu murima+, kandi ivyo kurya isi izokwimbuka bizoba ari vyinshi kandi vyizavyiza*+. Ico gihe, ibitungwa vyawe bizorisha mu matongo yagutse yo kuragiramwo+.