2 Ngoma 36:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo baguma bashinyagurira izo ntumwa z’Imana y’ukuri+, bagasuzugura ivyo ibabwiye+ bakongera bagatwenga abahanuzi bayo+, gushika aho bataba bakivayo*. Maze ishavu rya Yehova riza ku bantu biwe+. Ivyakozwe 7:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Ni nde mu bahanuzi ba sogokuruza banyu batahamye+? Emwe, barishe abavuze imbere y’igihe ivyerekeye ukuza kwa wa mugororotsi+, umwe mwahemukira mugatako mukamwica+, Abaheburayo 11:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi. Abaheburayo 11:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Baratewe amabuye+, barageragezwa, bakerezwa imisumeno babacamwo kubiri, bicishwa inkota+, bagenda bambaye inshato z’intama n’iz’impene+. Bari mu bukene no mu makuba+, kandi baragirirwa nabi+.
16 Mugabo baguma bashinyagurira izo ntumwa z’Imana y’ukuri+, bagasuzugura ivyo ibabwiye+ bakongera bagatwenga abahanuzi bayo+, gushika aho bataba bakivayo*. Maze ishavu rya Yehova riza ku bantu biwe+.
52 Ni nde mu bahanuzi ba sogokuruza banyu batahamye+? Emwe, barishe abavuze imbere y’igihe ivyerekeye ukuza kwa wa mugororotsi+, umwe mwahemukira mugatako mukamwica+,
32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi.
37 Baratewe amabuye+, barageragezwa, bakerezwa imisumeno babacamwo kubiri, bicishwa inkota+, bagenda bambaye inshato z’intama n’iz’impene+. Bari mu bukene no mu makuba+, kandi baragirirwa nabi+.