Abalewi 19:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ntuze wihore+ canke ngo ubikire inzigo abantu bo mw’ihanga ryawe. Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova. Mariko 12:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Irya kabiri ni iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Nta rindi bwirizwa risumba ayo.»
18 Ntuze wihore+ canke ngo ubikire inzigo abantu bo mw’ihanga ryawe. Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.
31 Irya kabiri ni iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Nta rindi bwirizwa risumba ayo.»