Matayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ivyo bakora vyose babikora kugira biyerekane+. Nk’akarorero, bambara udusandugu* tuninitunini turimwo ivyanditswe kugira bikingire+, kandi bakarehura ubuyonga bw’impuzu zabo+.
5 Ivyo bakora vyose babikora kugira biyerekane+. Nk’akarorero, bambara udusandugu* tuninitunini turimwo ivyanditswe kugira bikingire+, kandi bakarehura ubuyonga bw’impuzu zabo+.