ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Imbere y’uko baja kuryama, abagabo bose bo mu gisagara ca Sodomu, uhereye ku gahungu gatoyi gushika ku mutama, baza ari isinzi maze bakikuza iyo nzu. 5 Baguma basemerera babwira Loti bati: «Ba bagabo baza ng’aha ku mugoroba bari hehe? Basohore turyamane na bo+.»

  • 2 Petero 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Kandi igihe Imana yatikiza ca gisagara ca Sodomu n’ica Gomora ikabihindura iminyota, yarabiciriye urubanza+, iba ihaye abantu batayubaha akarorero k’ibizoza+.

  • Yuda 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Sodomu na Gomora hamwe n’ibisagara bihakikuje, na vyo nyene vyarahawe igihano c’umuriro utazima+ kubera vyisutse mu busambanyi* bw’agahomerabunwa, vyongera birahaza ivyipfuzo vy’umubiri mu gukora ibintu bidakorwa+. Ni co gituma vyashizwe imbere yacu ngo bibe akarorero katuburira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika