Matayo 24:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ariko uwuzoba yihanganye* gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. Luka 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ukwihangana kwanyu ni kwo kuzotuma murokoka+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.