ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ariko uwuzoba yihanganye* gushika kw’iherezo ni we azokizwa+.

  • Abaroma 5:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Si ivyo gusa, tunezerwe* n’igihe turi mu makuba+, kuko tuzi yuko amakuba azana ukwihangana+, 4 ukwihangana kukazana ugushimwa+, ugushimwa na kwo kukazana icizigiro+.

  • Abaheburayo 10:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Murakeneye ukwihangana+, kugira ngo mumaze gukora ivyo Imana igomba mubone iranguka ry’ivyasezeranywe.

  • 2 Petero 1:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ku bw’iyo mvo rero, nimukore uko mushoboye kwose+ kugira ngo ukwizera kwanyu mukwongereko ingeso nziza+, ingeso nziza muzongereko ubumenyi+, 6 ubumenyi mubwongereko ukwigumya, ukwigumya+ mukwongereko ukwihangana, ukwihangana mukwongereko ukwihebera Imana+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika