2 Samweli 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aho hambere Sawuli akiri umwami wacu, ni wewe wayobora Abisirayeli ku rugamba*+, kandi Yehova yakubwiye ati: “Ni wewe uzoragira abantu banje b’Abisirayeli, ube indongozi ya Isirayeli+.”» Mika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nayo wewe ga Betelehemu Efurata+,naho uri mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu miryango minini* yo mu Buyuda,iwawe hazova uwuzombera umutware muri Isirayeli+.Amamuko yiwe ni ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera cane.
2 Aho hambere Sawuli akiri umwami wacu, ni wewe wayobora Abisirayeli ku rugamba*+, kandi Yehova yakubwiye ati: “Ni wewe uzoragira abantu banje b’Abisirayeli, ube indongozi ya Isirayeli+.”»
2 Nayo wewe ga Betelehemu Efurata+,naho uri mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu miryango minini* yo mu Buyuda,iwawe hazova uwuzombera umutware muri Isirayeli+.Amamuko yiwe ni ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera cane.