ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Izabibwe mu mahwa, zigereranya uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ubuzima bwo muri iyi si*+ n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikarinyoha maze ntiryame+.

  • Mariko 4:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Hari n’izindi zabibwe mu mahwa. Izo na zo zigereranya abumva iryo jambo+, 19 mugabo amaganya+ y’ubuzima bwo muri iyi si* n’ububasha buhendana bw’ubutunzi+ hamwe n’ivyipfuzo+ vy’ubwoko bwose bikabinjiramwo, hanyuma bikarinyoha maze ntiryame.

  • Luka 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Izaguye mu mahwa na zo, zigereranya abumva iryo jambo mugabo bagaca batwarwa n’amaganya, ubutunzi+ n’ibinezereza vy’ubu buzima+ ku buryo bibazingamika, ntibigere bashika ku buhumure+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika