5 Yezu arungika abo 12, maze abategeka+ ati: «Ntimuje ku bantu bo mu yandi mahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara na kimwe c’Abasamariya+. 6 Ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye zo mw’ihanga* rya Isirayeli+.
8 Ico nobabwira co, ni uko Kristu yacitse umusuku w’abagenyerewe+ kugira yerekane ko Imana ari inyakuri, aheze yemeze ivyo Imana yasezeraniye ba sekuruza babo+