ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Naho bashaka kumufata, baratinye amasinzi y’abantu kuko bamubona nk’umuhanuzi+.

  • Luka 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Bose baca batekerwa n’ubwoba, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: «Habonetse umuhanuzi akomeye muri twebwe+», kandi bati: «Imana yitayeho abantu bayo+.»

  • Luka 24:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Na we ababaza ati: «Ibiki?» Bamwishura bati: «Ivyashikiye Yezu Umunyanazareti+, umuhanuzi yakoze ibitangaro kandi akavuga amajambo akomeye imbere y’Imana n’abantu bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika