Yohani 15:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mwibuke ijambo nababwiye: umushumba ntaruta shebuja. Nimba barampamye, namwe bazobahama+, kandi nimba barubahirije ijambo ryanje, n’iryanyu bazoryubahiriza. Ivyakozwe 11:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nuko abari barasanzajwe+ n’uruhamo* rwari rwavyutse kubera ivyashikiye Sitefano baragenda bashika i Fenisiya, i Shipure n’i Antiyokiya, mugabo babwira rya jambo Abayuda gusa+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
20 Mwibuke ijambo nababwiye: umushumba ntaruta shebuja. Nimba barampamye, namwe bazobahama+, kandi nimba barubahirije ijambo ryanje, n’iryanyu bazoryubahiriza.
19 Nuko abari barasanzajwe+ n’uruhamo* rwari rwavyutse kubera ivyashikiye Sitefano baragenda bashika i Fenisiya, i Shipure n’i Antiyokiya, mugabo babwira rya jambo Abayuda gusa+.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.