ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibibi vy’ubwoko bwose kubera jewe+.

  • Matayo 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+, ariko uwuzoba yihanganye* gushika kw’iherezo ni we azokizwa+.

  • Matayo 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abantu bazobahama+ bongere babice+, kandi muzokwankwa n’amahanga yose kubera izina ryanje+.

  • 2 Timoteyo 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mu vy’ukuri, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana kandi bunze ubumwe na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.

  • 1 Petero 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Nakare ivyo ni vyo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira mukurikire neza intambuko ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika