Mariko 15:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ariko Yezu arasemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+. Luka 23:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Yezu aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Dawe, impwemu yanje ndayishize mu maboko yawe+.» Ahejeje kuvuga ayo majambo, aca aracikana+. Yohani 19:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yezu amaze guhonja uwo muvinyu ukarishe, aca avuga ati: «Birarangutse+!», hanyuma yunamika umutwe, aracikana+.
46 Yezu aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Dawe, impwemu yanje ndayishize mu maboko yawe+.» Ahejeje kuvuga ayo majambo, aca aracikana+.
30 Yezu amaze guhonja uwo muvinyu ukarishe, aca avuga ati: «Birarangutse+!», hanyuma yunamika umutwe, aracikana+.