ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,

      kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,

      kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,

      agaharurwa mu bacumuzi+.

      Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,

      aburanira abacumuzi+.

  • Matayo 27:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Yezu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+.

  • Mariko 15:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Ariko Yezu arasemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+.

  • Luka 23:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Yezu aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Dawe, impwemu yanje ndayishize mu maboko yawe+.» Ahejeje kuvuga ayo majambo, aca aracikana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika