ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 6:10-13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yezu aca avuga ati: «Nimwicarike abo bantu.» Baca bicara aho nyene, kuko hari ivyatsi vyinshi. Bari nk’abagabo 5.000+. 11 Yezu aca atora ya mikate hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira ba bantu bari bicaye ng’aho. Agira gutyo nyene no kuri twa dufi dukeyi, kandi umwe wese yaronka ivyo ashaka. 12 Bamaze kurya bagahaga, abwira abigishwa biwe ati: «Nimwegeranye utumanyu twasigaye, kugira ntihagire ibipfa ubusa.» 13 Baca baratwegeranya, buzuza ibiseke 12 utumanyu twasigajwe n’abariye ya mikate itanu ya sayiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika