Matayo 10:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Uwo wese akunda se canke nyina akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje, kandi n’uwo wese akunda umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje+. Matayo 19:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kandi umuntu wese yahevye amazu, benewabo, bashikiwe, se wiwe, nyina wiwe, abana canke amatongo kubera izina ryanje, azoronka ibiruta ivyo incuro ijana kandi azotorana ubuzima budahera+. Luka 18:29, 30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Na we abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, nta muntu n’umwe yahevye inzu, umugore, benewabo, abavyeyi canke abana kubera Ubwami bw’Imana+ 30 atazoronka muri iki gihe ibiruta ivyo incuro nyinshi. Muri kazoza* na ho azoronka ubuzima budahera+.»
37 Uwo wese akunda se canke nyina akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje, kandi n’uwo wese akunda umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe akabandutisha, ntabereye kuba umwigishwa wanje+.
29 Kandi umuntu wese yahevye amazu, benewabo, bashikiwe, se wiwe, nyina wiwe, abana canke amatongo kubera izina ryanje, azoronka ibiruta ivyo incuro ijana kandi azotorana ubuzima budahera+.
29 Na we abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, nta muntu n’umwe yahevye inzu, umugore, benewabo, abavyeyi canke abana kubera Ubwami bw’Imana+ 30 atazoronka muri iki gihe ibiruta ivyo incuro nyinshi. Muri kazoza* na ho azoronka ubuzima budahera+.»