ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Nezerwa cane mukobwa wa Siyoni.

      Niwihe akaruru k’intsinzi mukobwa wa Yeruzalemu.

      Raba! Umwami wawe araje iwawe+.

      Ni umugororotsi kandi azanye ubukiriro*.

      Aricisha bugufi+, kandi aje agendera ku ndogobwa,

      ku ndogobwa ikiri ntoyi* yavyawe n’indogobwa y’ingore+.

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Azoba uwuhambaye+ kandi azokwitwa Umwana w’Imana Musumbavyose+. Yehova* Imana azomuha intebe y’ubwami ya se wiwe Dawidi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika