Mariko 1:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Muri uwo mwanya nyene, mw’isinagogi hariyo umuntu yarimwo impwemu mbi*. Aca arasemerera ati: 24 «Dupfa iki nawe ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.» Mariko 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze arasemerera cane ati: «Dupfa iki nawe ga Yezu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Nundahire Imana ko utambabaza+.» Luka 4:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi, agasemerera ati: «Uri Umwana w’Imana+!» Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko yari azi ko ari Kristu+.
23 Muri uwo mwanya nyene, mw’isinagogi hariyo umuntu yarimwo impwemu mbi*. Aca arasemerera ati: 24 «Dupfa iki nawe ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.»
7 Maze arasemerera cane ati: «Dupfa iki nawe ga Yezu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Nundahire Imana ko utambabaza+.»
41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi, agasemerera ati: «Uri Umwana w’Imana+!» Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko yari azi ko ari Kristu+.