Matayo 12:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Uwo wese akora ivyo Dawe wo mw’ijuru ashaka, ni we mwenewacu na mushikanje na mawe+.» Luka 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abishura ati: «Mawe na benewacu ni aba bumva ijambo ry’Imana bakarishira mu ngiro+.» Yohani 15:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Muri abagenzi banje nimba mukora ivyo ndabategetse+.