Luka 1:57, 58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Nuko igihe kirashika c’uko Elizabeti yibaruka, araheza avyara umwana w’umuhungu. 58 Ababanyi biwe n’incuti ziwe bumva yuko Yehova* yari yamugiriye imbabazi nyinshi, baca basangira na we umunezero+.
57 Nuko igihe kirashika c’uko Elizabeti yibaruka, araheza avyara umwana w’umuhungu. 58 Ababanyi biwe n’incuti ziwe bumva yuko Yehova* yari yamugiriye imbabazi nyinshi, baca basangira na we umunezero+.