Itanguriro 11:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Nahori ashikanye imyaka 29 avyara Tera+. Itanguriro 11:26, 27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Tera ashikanye imyaka 70 avyara Aburamu+, Nahori+ na Harani. 27 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Tera. Tera yavyaye Aburamu, Nahori na Harani. Harani na we yavyaye Loti+.
26 Tera ashikanye imyaka 70 avyara Aburamu+, Nahori+ na Harani. 27 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Tera. Tera yavyaye Aburamu, Nahori na Harani. Harani na we yavyaye Loti+.