Mariko 1:23, 24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Muri uwo mwanya nyene, mw’isinagogi hariyo umuntu yarimwo impwemu mbi*. Aca arasemerera ati: 24 «Dupfa iki nawe ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.»
23 Muri uwo mwanya nyene, mw’isinagogi hariyo umuntu yarimwo impwemu mbi*. Aca arasemerera ati: 24 «Dupfa iki nawe ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.»