-
Ivyahishuwe 20:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Aca afata ca gisato+, ya nzoka yo mu ntango+, ari yo Mubesheranyi*+ na Shetani+, arakiboha kugira kimare imyaka 1.000 kiboshwe. 3 Agikororera mu nyenga+, arayugara maze ashira ikimenyetso hejuru yaco, kugira nticongere kuzimiza amahanga gushika iyo myaka 1.000 iheze. Inyuma y’aho kibwirizwa kurekurwa igihe gitoyi+.
-