Zakariya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye. Ivyahishuwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we.
3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye.
9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we.