Matayo 16:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Simoni Petero amwishura ati: «Uri Kristu+, Umwana w’Imana nzima+.» Mariko 8:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ababaza ati: «Mweho muvuga ko ndi nde?» Petero amwishura ati: «Uri Kristu+.» Yohani 1:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Nuko abanza kurondera mwenewabo Simoni, amubwira ati: «Twabonye Mesiya+» (bisobanura ngo «Kristu»), Yohani 6:68, 69 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 68 Simoni Petero amwishura ati: «Tuje kwa nde ga Mukama+? Ni wewe ufise amajambo y’ubuzima budahera+. 69 Twarizeye kandi twaramenye ko uri wa Mweranda w’Imana+.»
41 Nuko abanza kurondera mwenewabo Simoni, amubwira ati: «Twabonye Mesiya+» (bisobanura ngo «Kristu»),
68 Simoni Petero amwishura ati: «Tuje kwa nde ga Mukama+? Ni wewe ufise amajambo y’ubuzima budahera+. 69 Twarizeye kandi twaramenye ko uri wa Mweranda w’Imana+.»