Matayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Dawe yarampaye ibintu vyose+. Nta muntu n’umwe azi neza Umwana atari Dawe+, kandi nta muntu n’umwe azi neza Dawe atari Umwana be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+. Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+. 2 Abakorinto 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nakare Imana ni yo yavuze iti: «Umuco nukayangane mu mwiza+.» Yakayanganiye imitima yacu ngo iyimurikire+ ikoresheje ubumenyi bw’agatangaza bw’Imana bukayanganira mu maso ha Kristu.
27 Dawe yarampaye ibintu vyose+. Nta muntu n’umwe azi neza Umwana atari Dawe+, kandi nta muntu n’umwe azi neza Dawe atari Umwana be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+.
6 Nakare Imana ni yo yavuze iti: «Umuco nukayangane mu mwiza+.» Yakayanganiye imitima yacu ngo iyimurikire+ ikoresheje ubumenyi bw’agatangaza bw’Imana bukayanganira mu maso ha Kristu.