Matayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Maze haza umuntu umwe, amubaza ati: «Mwigisha, ni iciza ikihe nokora kugira nze ndonke ubuzima budahera+?» Mariko 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu asohotse ngo agende, umugabo umwe aca aza ariruka, apfukama imbere yiwe, amubaza ati: «Mwigisha mwiza, nokora iki kugira nze ndonke ubuzima budahera+?» Luka 18:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hanyuma umwe mu batware amubaza ati: «Mwigisha mwiza, nokora iki kugira nze ndoke ubuzima budahera+?»
16 Maze haza umuntu umwe, amubaza ati: «Mwigisha, ni iciza ikihe nokora kugira nze ndonke ubuzima budahera+?»
17 Yezu asohotse ngo agende, umugabo umwe aca aza ariruka, apfukama imbere yiwe, amubaza ati: «Mwigisha mwiza, nokora iki kugira nze ndonke ubuzima budahera+?»
18 Hanyuma umwe mu batware amubaza ati: «Mwigisha mwiza, nokora iki kugira nze ndoke ubuzima budahera+?»