Mariko 11:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ni co gituma ndababwiye nti: ibintu vyose musaba mw’isengesho, nimwizere ko mwamaze kubironka, kandi muzobironka+. Yohani 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje kandi amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muzosaba ico mushaka cose kandi muzokironka+. Yakobo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo nagume asaba yizeye+, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga utwarwa n’umuyaga, ukajanwa irya n’ino. 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara. 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ng’iki ico twizigiye tudakeka ku bijanye n’Imana+: iyo tuyisavye ikintu cose gihuye n’ukugomba kwayo iratwumva+.
24 Ni co gituma ndababwiye nti: ibintu vyose musaba mw’isengesho, nimwizere ko mwamaze kubironka, kandi muzobironka+.
7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje kandi amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muzosaba ico mushaka cose kandi muzokironka+.
6 Mugabo nagume asaba yizeye+, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga utwarwa n’umuyaga, ukajanwa irya n’ino.
22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.
14 Ng’iki ico twizigiye tudakeka ku bijanye n’Imana+: iyo tuyisavye ikintu cose gihuye n’ukugomba kwayo iratwumva+.