Matayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugume musaba, muzohabwa+. Mugume murondera, muzoronka. Mugume mudodora, muzokwugururirwa+. Yohani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kuri uwo musi nta kibazo na kimwe muzombaza. Emwe ni ukuri ndabibabwiye, ikintu cose muzosaba Data+ azokibaha mw’izina ryanje+.
23 Kuri uwo musi nta kibazo na kimwe muzombaza. Emwe ni ukuri ndabibabwiye, ikintu cose muzosaba Data+ azokibaha mw’izina ryanje+.