ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 7:52
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 52 Ni nde mu bahanuzi ba sogokuruza banyu batahamye+? Emwe, barishe abavuze imbere y’igihe ivyerekeye ukuza kwa wa mugororotsi+, umwe mwahemukira mugatako mukamwica+,

  • Abaheburayo 11:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Mvuge iki kandi? Umwanya womperana ntandukiriye ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+, Samweli+ n’abandi bahanuzi.

  • Abaheburayo 11:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Baratewe amabuye+, barageragezwa, bakerezwa imisumeno babacamwo kubiri, bicishwa inkota+, bagenda bambaye inshato z’intama n’iz’impene+. Bari mu bukene no mu makuba+, kandi baragirirwa nabi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika