ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Ariko mumenye iki kintu: iyaba nyene urugo yari azi igihe igisuma coziyeko mw’ijoro*+, yogumye ari maso, ntiyemere ko kimena inzu yiwe+.

  • 1 Abatesalonika 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza yuko umusi wa Yehova*+ uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+.

  • 2 Petero 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yamara umusi wa Yehova*+ uzoza nk’igisuma+. Kuri uwo musi ijuru rizovaho+ mu kwasana gukomeye*, ibintu vy’ishimikiro bishonge kubera ugushuha gukaze, n’isi n’ibikorwa biri muri yo bishirwe ahabona+.

  • Ivyahishuwe 16:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 «Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma ari maso+ kandi akaguma yambaye impuzu ziwe* kugira ntagende ari gusa, maze abantu bakabona ubwambure bwiwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika