ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika: ibirimwo

      • Ukuza kw’umusi wa Yehova (1-5)

        • «Amahoro n’umutekano!» (3)

      • Mugume murikanuye, muzigame ubwenge bwanyu (6-11)

      • Impanuro (12-24)

      • Amajambo yo gusozera (25-28)

1 Abatesalonika 5:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:14
  • +Mt 24:36; 2Pt 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 8-9

    9/2019, rup. 9

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 222

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 3-4

    15/7/2010, rup. 5

    1/5/2009, rup. 14

    15/5/2008, rup. 15-16

1 Abatesalonika 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:10; Yr 8:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 8-9

    9/2019, rup. 9-10

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 222-223

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 12-13

    1/1/2013, rup. 7

    15/9/2012, rup. 3-5

    15/7/2010, rup. 5

    15/5/2008, rup. 15-16

    1/2/2004, rup. 20-21

    1/6/1997, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 250-251

    Senga Imana, rup. 182

    Abahurikiye hamwe, rup. 182

1 Abatesalonika 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:36; Rm 13:12; Ef 5:8
  • +Yoh 8:12; Kl 1:13; 1Pt 2:9

1 Abatesalonika 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:11
  • +Mt 24:42
  • +1Pt 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2012, rup. 10-11

    1/1/2003, rup. 11

1 Abatesalonika 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:13

1 Abatesalonika 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:14-17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 232

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 202-203

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2013, rup. 11

    15/12/2008, rup. 7

    1/10/2006, rup. 29

    1/1/2003, rup. 20-21

    1/6/2000, rup. 21

    Be maso!,

    22/4/2004, rup. 10

1 Abatesalonika 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:13

1 Abatesalonika 5:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «dusinziriye mu rupfu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 5:8
  • +1Ts 4:16, 17

1 Abatesalonika 5:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «muhozanya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:11, 12; 15:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 48

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2005, rup. 7

1 Abatesalonika 5:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 24-28

    1/6/1999, rup. 30

1 Abatesalonika 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:29, 30; 1Tm 5:17; Heb 13:7
  • +Mr 9:50; 2Kr 13:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1999, rup. 30-31

1 Abatesalonika 5:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «muburire.»

  • *

    Canke «abatagendera ku rutonde.»

  • *

    Canke «abadendebukiwe.» Mu kigiriki havuga ngo «abafise umutima mutoyi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:17; 2Tm 4:2
  • +1Kr 13:4; Gl 5:22; Ef 4:1, 2; Kl 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2017, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 9

    15/8/2013, rup. 22

    15/6/2010, rup. 13

    1/5/2004, rup. 21

    1/11/2001, rup. 31-32

    Niwiyegereze, rup. 102-103, 166-167

    Be maso!,

    10/2013, rup. 14

    Agahimbare mu rugo, rup. 36-37

1 Abatesalonika 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:39
  • +Rm 12:17, 19

1 Abatesalonika 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 6:4, 10; Fp 4:4

1 Abatesalonika 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 18:1; Rm 12:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2010, rup. 9

    15/9/2003, rup. 15-20

1 Abatesalonika 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:20; Kl 3:17

1 Abatesalonika 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2000, rup. 20

1 Abatesalonika 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 14:1

1 Abatesalonika 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:1

1 Abatesalonika 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:3

1 Abatesalonika 5:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukuhaba.» Raba Insiguro y’amajambo (Ukuhaba).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 29

1 Abatesalonika 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:30

1 Abatesalonika 5:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «muramukanishe ugusomana kweranda abavukanyi bose.»

1 Abatesalonika 5:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:16

1 Abatesalonika 5:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 5:2Zf 1:14
1 Tes. 5:2Mt 24:36; 2Pt 3:10
1 Tes. 5:3Zb 37:10; Yr 8:11
1 Tes. 5:5Yoh 12:36; Rm 13:12; Ef 5:8
1 Tes. 5:5Yoh 8:12; Kl 1:13; 1Pt 2:9
1 Tes. 5:6Rm 13:11
1 Tes. 5:6Mt 24:42
1 Tes. 5:61Pt 5:8
1 Tes. 5:7Rm 13:13
1 Tes. 5:8Ef 6:14-17
1 Tes. 5:92Ts 2:13
1 Tes. 5:10Rm 5:8
1 Tes. 5:101Ts 4:16, 17
1 Tes. 5:11Rm 1:11, 12; 15:2
1 Tes. 5:13Fp 2:29, 30; 1Tm 5:17; Heb 13:7
1 Tes. 5:13Mr 9:50; 2Kr 13:11
1 Tes. 5:14Lw 19:17; 2Tm 4:2
1 Tes. 5:141Kr 13:4; Gl 5:22; Ef 4:1, 2; Kl 3:13
1 Tes. 5:15Mt 5:39
1 Tes. 5:15Rm 12:17, 19
1 Tes. 5:162Kr 6:4, 10; Fp 4:4
1 Tes. 5:17Lk 18:1; Rm 12:12
1 Tes. 5:18Ef 5:20; Kl 3:17
1 Tes. 5:19Ef 4:30
1 Tes. 5:201Kr 14:1
1 Tes. 5:211Yh 4:1
1 Tes. 5:22Yb 2:3
1 Tes. 5:231Kr 1:8
1 Tes. 5:25Rm 15:30
1 Tes. 5:27Kl 4:16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Abatesalonika 5:1-28

Abatesalonika ba mbere

5 Nayo ku vyerekeye ibihe n’ibiringo bavukanyi, nta co mukeneye kwandikirwa. 2 Kuko mwebwe ubwanyu muzi neza yuko umusi wa Yehova*+ uzoza neza na neza nk’igisuma mw’ijoro+. 3 Igihe bazoba bavuga ngo: «Amahoro n’umutekano!», ni ho agatikizo kazoza bukwi na bukwi+, kabazeko ako kanya nyene nka kurya umugore yibungenze afatwa n’ibise, kandi ntibazogenda barusimvye. 4 Mugabo mwebwe bavukanyi, ntimuri mu mwiza ngo uwo musi uze ubahwikire nk’uko umuco w’umurango wohwikira ibisuma, 5 kuko mwese muri abana b’umuco n’abana b’umurango+. Ntituri ab’ijoro canke ab’umwiza+.

6 Nuko rero ntidusinzire nk’uko abandi bagira+, ahubwo tugume turikanuye+ kandi tuzigame ubwenge bwacu+. 7 Kuko abasinzira basinzira mw’ijoro, n’ababorerwa bakaborerwa mw’ijoro+. 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera n’urukundo nk’igikingira igikiriza, twambare n’icizigiro c’ubukiriro nk’inkofero+. 9 Kuko Imana itadutoye ngo dushikirwe n’uburake, ahubwo yadutoye ngo turonke ubukiriro+ biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu. 10 Yezu yaradupfiriye+ kugira ngo twaba turi maso canke dusinziriye*, tubeho turi kumwe na we+. 11 Mugume rero muremeshanya* mwongera mwubaka bagenzi banyu+, nk’uko musanzwe mubigira.

12 Turabasaba rero bavukanyi, ngo mutere iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira mu gikorwa c’Umukama bakongera bakabakebura. 13 Mububahe bimwe bidasanzwe mubigiranye urukundo kubera igikorwa bakora+. Mubane amahoro na bagenzi banyu+. 14 Vyongeye bavukanyi, turabahimiriza ngo mukebure* abigenza mu buryo butabereye*+, muyagishe abacitse intege* n’ijwi ryirura, mufate mu mugongo abagoyagoya, mwihanganire bose+. 15 Murabe ntihagire uwishura ikibi ku kindi+, ahubwo mwame murondera gukorera iciza bagenzi banyu n’abandi bose+.

16 Mwame munezerwa+. 17 Musenge igihe cose+. 18 Mukenguruke muri vyose+. Ivyo ni vyo Imana igomba ko mukora mwebwe mwunze ubumwe na Kristu Yezu. 19 Ntimuzimye umuriro w’impwemu+. 20 Ntimukengere ubuhanuzi+. 21 Musuzume ibintu vyose+, mwumire ku vyiza. 22 Mwirinde ubwoko bwose bw’ububisha+.

23 Ese ya Mana y’amahoro, yo ubwayo yobeza rwose. Bavukanyi, impwemu yanyu, ubuzima bwanyu n’umubiri wanyu, nibizigamwe bizosangwe bitagira akanenge mu kintu na kimwe kandi bitagira umugayo mu gihe c’ukugaruka* kw’Umukama wacu Yezu Kristu+. 24 Ya Mana ibahamagara ni iyo kwizigirwa, kandi izobikora vy’ukuri.

25 Bavukanyi, mubandanye kudusengera+.

26 Muramutse abavukanyi bose mu kugumbirana n’igishika*.

27 Ndabasavye nshimitse mw’izina ry’Umukama ko iri kete risomerwa abavukanyi bose+.

28 Ubuntu buhebuje* bw’Umukama wacu Yezu Kristu bubane namwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika