ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 «Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze, «nzonagishiriza Dawidi umunago* ugororotse+. Hari umwami azoganza+ kandi azokorana ubukerebutsi, ashigikire ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.

  • Daniyeli 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Amayinga* 70 ni yo yashingiwe ihanga ryawe n’igisagara cawe ceranda+, kugira amakosa n’ibicumuro birangire+, kugira ivyaha bitangirwe impongano+, kugira haze ubugororotsi bwamaho+, kugira iyerekwa n’ubuhanuzi* vyemezwe+ no kugira aheranda cane* harobanurwe*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika