ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 1:76, 77
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 76 Na yo wewe ga mwana, uzokwitwa umuhanuzi w’Imana Musumbavyose, kuko uzogendera imbere ya Yehova* kugira umutegurire inzira+, 77 kugira umenyeshe abantu biwe ko azobakiza mu kubababarira ibicumuro vyabo+,

  • Abaheburayo 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva isi ishingwa. Mugabo ubu yariyerekanye rimwe rizima ku nsozero y’ibihe* kugira akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika