ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Mwiyubare abantu, kuko bazobitwarira mu masentare+ kandi bakabakubitira+ mu masinagogi yabo+. 18 Bazobarengutsa imbere ya ba buramatari n’abami+ kubera jewe, kugira bibe intahe kuri bo no ku mahanga+.

  • Matayo 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abantu bazobahama+ bongere babice+, kandi muzokwankwa n’amahanga yose kubera izina ryanje+.

  • Mariko 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko mwebwe mwiyubare. Abantu bazobitwarira mu masentare+, babakubitire mu masinagogi+, babarengutse imbere ya ba buramatari n’abami kubera jewe, kugira bibe intahe kuri bo+.

  • Ivyakozwe 25:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Bukeye rero, Agiripa na Berenise binjira ahacirwa imanza. Bazananye icubahiro n’ukwiyerekana vy’agatangaza bari kumwe n’abakomanda hamwe n’abanyacubahiro bo mu gisagara. Maze Fesito atanga itegeko, bazana Pawulo.

  • Ivyahishuwe 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Shetani* azobandanya guta mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira mugezwe bimwe bishitse, kandi muzomara imisi cumi muriko murahamwa. Nugume uri umwizigirwa gushika ku rupfu, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika