ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nibabafata ngo babashengeze imbere ya sentare, ntimuze muhagarike umutima imbere y’igihe ku vyo muzovuga. Muze muvuge ico muhawe cose muri uwo mwanya nyene, kuko atari mwebwe muzoba muriko muravuga, ahubwo ni impwemu nyeranda+.

  • Ivyakozwe 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Sitefano, yuzuye ubuntu bw’Imana n’ububasha, yarakora ibitangaza n’ibimenyetso bikomeye mu bantu.

  • Ivyakozwe 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ariko ntibashoboye kumutsinda kuko yavugana ubukerebutsi kandi afashijwe n’impwemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika