-
Yesaya 5:11, 12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Baragowe abavyuka kare mu gitondo bazinduwe no kunywa inzoga+,
bakirizako bukarinda bwira gushika umuvinyu ubacaniriye.
12 Ku nzimano z’imisi mikuru yabo haba hari inanga,
igicurarangisho c’imirya, akagoma, umwironge n’umuvinyu.
Mugabo ntibazirikana igikorwa ca Yehova.
Ntibabona igikorwa c’amaboko yiwe.
-