Matayo 26:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Hanyuma bahejeje kuririmba amashemezo*, baca barasohoka baja ku musozi w’Imyelayo+. Mariko 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Hanyuma bahejeje kuririmba amashemezo*, baca barasohoka baja ku musozi w’Imyelayo+. Yohani 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca ajana n’abigishwa biwe hakurya y’umwonga Kidironi*+, ahantu hari umurima, yinjirayo ari kumwe n’abigishwa biwe+.
18 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca ajana n’abigishwa biwe hakurya y’umwonga Kidironi*+, ahantu hari umurima, yinjirayo ari kumwe n’abigishwa biwe+.