Matayo 26:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Hanyuma Yezu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemani+, ababwira ati: «Ba muricaye ng’aha, jewe ngiye hirya gatoyi gusenga+.» Mariko 14:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko bashika ahantu hitwa Getsemani, maze abwira intumwa ziwe ati: «Ba muricaye ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.» Luka 22:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Asohotse, aca aja ku musozi w’Imyelayo nk’uko yari asanzwe abigira, n’abigishwa biwe baramukurikira+.
36 Hanyuma Yezu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemani+, ababwira ati: «Ba muricaye ng’aha, jewe ngiye hirya gatoyi gusenga+.»
32 Nuko bashika ahantu hitwa Getsemani, maze abwira intumwa ziwe ati: «Ba muricaye ng’aha umwanya ndiko ndasenga+.»
39 Asohotse, aca aja ku musozi w’Imyelayo nk’uko yari asanzwe abigira, n’abigishwa biwe baramukurikira+.