Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.
27 Ubu numva ata mahoro mfise+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Mugabo iki nyene ni co catumye nshika kuri iyi saha.
7 Igihe Kristu yaba kw’isi*, yaratakambiye Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu yongera aramusaba, hariko n’amaborogo akomeye be n’amosozi+, kandi yarumviwe kubera ko yatinya Imana.