Yesaya 53:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+. Matayo 27:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Maze bamumanikana n’ibisuma bibiri, umwe iburyo bwiwe, uwundi ibubamfu+.
12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+.