Yohani 5:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyibwiye. Nca urubanza nisunze ivyo Data ambwiye, kandi urubanza nca ruragororotse+, kuko ntipfuza gukora ivyo nshaka, ahubwo nkora ivyo uwantumye agomba+. Yohani 8:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yezu aca ababwira ati: «Nimwamara kumanika Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya ko ndi we+ be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyibwiye+, mugabo ko ivyo Data yanyigishije ari vyo mvuga. Yohani 12:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 kuko ntabivuze ndavyibwiye, ahubwo Data yantumye ni we yantegetse ivyo mvuga n’ivyo nigisha+.
30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyibwiye. Nca urubanza nisunze ivyo Data ambwiye, kandi urubanza nca ruragororotse+, kuko ntipfuza gukora ivyo nshaka, ahubwo nkora ivyo uwantumye agomba+.
28 Yezu aca ababwira ati: «Nimwamara kumanika Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya ko ndi we+ be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyibwiye+, mugabo ko ivyo Data yanyigishije ari vyo mvuga.