ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Yezu aca ababwira ati: «Emwe ni ukuri ndabibabwiye, Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyibwiye, ahubwo akora gusa ivyo abona Se wiwe akora+. Kuko ibintu vyose Se wiwe akora, n’Umwana abikora gutyo nyene.

  • Yohani 5:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyibwiye. Nca urubanza nisunze ivyo Data ambwiye, kandi urubanza nca ruragororotse+, kuko ntipfuza gukora ivyo nshaka, ahubwo nkora ivyo uwantumye agomba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika