ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Uwunywa ku mazi nzomuha ntazokwigera asubira kunyoterwa+. Ahubwo amazi nzomuha azocika isoko ry’amazi muri we, ridudubiza kugira ritange ubuzima budahera+.»

  • Yohani 7:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Ku musi wa nyuma, ari wo musi uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahaguruka arasemerera ati: «Nimba hari uwunyotewe, naze iwanje anywe+.

  • Ivyahishuwe 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Impwemu na wa mugeni+ biguma bivuga biti: «Ingo!» Uwo wese yumva navuge ati: «Ingo!» Kandi uwo wese anyotewe naze+. Uwushaka wese natore amazi y’ubuzima ku buntu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika