Yohani 7:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yezu ariko arigisha mu rusengero, arasemerera ati: «Muranzi kandi murazi n’iyo mva. Sinaje ndavyibwiye+, ariko uwantumye ariho kandi mwebwe ntimumuzi+. Yohani 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yezu rero, kubera yari azi ko Se yashize ibintu vyose mu maboko yiwe be n’uko yaje ava ku Mana kandi akaba yagira asubire ku Mana+, Yohani 16:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Naje mw’isi nserukira Data. None ubu ngira mve mw’isi, nsubire kwa Data+.»
28 Yezu ariko arigisha mu rusengero, arasemerera ati: «Muranzi kandi murazi n’iyo mva. Sinaje ndavyibwiye+, ariko uwantumye ariho kandi mwebwe ntimumuzi+.
3 Yezu rero, kubera yari azi ko Se yashize ibintu vyose mu maboko yiwe be n’uko yaje ava ku Mana kandi akaba yagira asubire ku Mana+,