ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Vyongeye, Data yantumye ubwiwe yaranshingiye intahe+. Ntimurigera mwumva ijwi ryiwe canke ngo mubone ishusho yiwe+,

  • 2 Petero 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Imana ari yo Data yaramuhaye iteka n’ubuninahazwa, igihe Imana yo soko ry’ubuninahazwa bw’agatangaza yamubwira aya majambo ngo: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane, uwo jewe nashimye+.»

  • 1 Yohani 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Nimba twemera intahe abantu bashinga, intahe Imana ishinga yoyo irahambaye kuruta. Iyo ntahe y’Imana rero ni iyo yashingiye Umwana wayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika